Tele Renaissance
HD
17:29
автор Tele Renaissance | дата 19.02.2019
- 742
- 19
- 8
Igandagurwa rya NDADAYE ryavuye kukutumvikana hagati ya président HAVYARIMANA na Ndadaye...(Innocent Muhozi)
Leta y'uburundi iriko irasamaza abantu kumabu idahengeshanya gukorera abanyagihugu(Pacifique NININAHAZWE)
ЕЩЁ
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 02.02.2019
Igisirikare c'uburundi naho gihakana ko kidafise abasirikare muri congo, kiguma congerezayo ingabo nkuko amakuru ava muri bamwe mubasirikare abivuga.
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 16.02.2019
Umushikirizamanza wa Républika arabeshuza ibiri mw'ireresi yaciye kuri BBC( Sylvestre Nyandwi) Ivyakozwe n'abaserukiye uburundi mu nama y'abakuru ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 15.01.2019
Umugambwe UPRONA wegereye cndd-fdd uriyamiriza amafranga y'ingwati y'umurengera kugira umuntu yitoze... Abantu 19 nibo bamenyekanye ko ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 22.01.2019
Imigwi y'iterabwoba ngwiriko irategurwa mu Burundi nkuko bivugwa n'uwurongoye igisagara ca Bujumbura Frédy Mbonimpa... Inama nkenguzamateka ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 15.12.2018
Ikete Yoweri Museveni yandikiye Petero nkurunziza amubwira ko ategerezwa kuganira n abamugwanya Ingingo ya reta yo kugurisha camunara amazu bavuga ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 15.02.2019
Ntaco ibimenyeshamakuru vyaturiwe n'ubutegetsi vyokwizera k'ubutungane buri mukwaha kubwo butegetsi(Innocent Muhozi)... Ubufaransa buriteguriye ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 07.02.2019
Igisirikare c'uburundi casubiye muri Congo giciye mubumanuko bw'uburundi mu ntara ya Rumonge... Igipolisi c'uburundi carataye akaranga ko gukingira ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 18.01.2019
Amashirahamwe yigenga yo muri Congo bariyamiriza igisirikare c'uburundi gitera imigwi y'abarundi iri muri congo... Diocèse ya Gitega yarasubiye kugururwa ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 20.12.2018
L' attaque sur les bus de transport au sud du Rwanda a été menée par les membres de l'armée Burundaise et de la milice imbonerakure selon une source de ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 29.01.2019
Ishirahamwe HCR ryamirira kure ivyo ryagirizwa vyo guha imyambaro ya gisirikare impunzi z'abarundi ziri muri Tanzaniya(Gogo Hukportie) Ishirahamwe ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 26.01.2019
Sentare yo mubufaransa izomenyesha urubanza kuwa 5 nzero, ariko umushikirizamanza we yabasabiye kuvanwako icaha.... Abantu ntibagwe mumutego ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 25.01.2019
Les témoins dans ce procès disent avoir profité l'occasion pour parler de la cruauté qui caractérise le pouvoir de Bujumbura.
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 03.01.2019
Icegeranyo ca ONU gishira ahabona uruhara rwa Leta y'uburundi mu myiteguro yo gutera igihugu c'urwanda ibera muri Congo... Abagore bashigikiye ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 14.02.2019
Leta y'uburundi yarimaramaje Gukwiragiza inyandiko zitagira umukono imbere y'abakuru b'ibihugu vya Afrika...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 01.01.2019
Umupfasoni w'umukuru w'igihugu Dénise Bucumi avuga ko afise amazina yeretswe y'abakoze ubwicanyi mu Burundi... Ayo mazina ngo yogira icafashije ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 01.02.2019
L' armée Burundaise éprouve beaucoup de difficultés dans ses opération de traquer les rebelles Burundais au congo... l'opposition Burundaise appelle les ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 15.02.2019
Les médias qui ont été brûlés par le régime en place ne peuvent pas espérer grand chose en la justice qui est dans les mains du même régime(Innocent ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 04.01.2019
Abana b'abahungu baracashahurwa mu Burundi, Justine Nkurunziza yibaza nimba ayo mahoro arayabo bakenyezi bisangije... Icegeranyo ca ONU kuruhara ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 25.01.2019
Imvangura mugisirikare c'uburundi bituma gitakaza inguvu zo gushobora gukingira igihugu(Gérard Birantamije)... N'agasema mu Burundi gutoza amashikanwa ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 29.12.2018
Nkurunziza arongoye Uburundi arakurira inkoni kugishitsi ko batomwitega mubiganiro vyo kurondera amahoro mu Burundi.... Abapesicopie catholika baratera ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 09.01.2019
Imitahe kubakoze amabi mu Burundi ishobora gushoka uyu mwaka w'2019, ibiro vy'umushikirizamanza biri ku kivi... Imigambwe yahora itonye kuri CNDD-FDD ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 05.02.2019
Abasirikare ba ONU muri Congo(MONUSCO) boba aribo ntandaro yo gutaha kw'abasirikare b'abarundi bava kubutaka bwa Congo... Ibikoresho vy'ishirahamwe ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 23.01.2019
Umugwizatunga atonye kuri nkurunziza na Bunyoni Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ahabwa amasoko yose y'amafranga y'umurengera Uyo Adrien ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 01.02.2019
Igisirikare c'uburundi cinjira muri congo kurwanya imigwi bavuga kwar'iyabarundi gihura n'ingorane nyinshi... Abakuru b'ibihugu vya EAC ngo nibabuze ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 02.02.2019
L'armée Burundaise nie sa présence au Congo mais déploie en même temps un renfort à ses troupes en difficultés devant les différents mouvements rebelles ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 31.01.2019
Abana b'abarundi bashika baronka amanota meza mubihugu bahungiyemwo(Abana b'abarundi 2 bahungiye mu Rwanda)... Iduzwa ry'ibinyobwa vya Brarudi ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 06.02.2019
Umusi wahariwe ubumwe mu Burundi ntubonwa kumwe n'abanyepolitike b'abarundi... abatavuga rumwe bo babona ko aruruhendo leta ihari ariyo yabaye ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 29.01.2019
Inkuba zibiri ntizisangira igicu, Petero Nkurunziza niwe avuga mu kibanza ca Mosi( Petero Nkurunziza)... Abarundi baba muri Texas baributse bamwe mu ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 09.02.2019
Ikigo CNC kiragiriza ibimenyeshamakuru bimwe bimwe gutitura akaranga k'uburundi(Nestor Bankumukunzi)... Igipolisi c'uburundi gihohotera abantu kubera ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 11.01.2019
Leta niyo yipfuje ko amashirahamwe mvamakungu yugara mu Burundi, yanka ko abona amanyanga akorwa... Félix Tshisekedi, yatsinze vy'imfatakibanza ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 19.02.2019
Les dessous dans l'assassinat de Ndadaye: La cause est le conflit entre lui et Havyarimana Juvénal(Innocent Muhozi)... Le pouvoir Nkurunziza veut désorienter ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 14.02.2019
Kubona ibiganiro bihera ataco bivuyemwo ni kunyungu za bamwe mubahuza( urunani rw'amaradio 13.02.2019) Igipolisi c'uburundi cerekana ko gifise uruhara ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 19.12.2018
Bamwe mubasirikare b'uburundi bari mubagize igitero mubumanuko bw'igihugu c'urwanda i Nyamagabe bari kumwe n'imbonerakure... Mu myaka 3 iheze ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 07.02.2019
ingorane uburundi burimwo zatewe n'abakoroni, Bivugwa na petero nkurunziza arongoye igihugu... uko ngo nukubesha abakoroni bagiye kera, ubu igihugu ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 05.02.2019
Les militaires de la MONUSCO seraient la cause de la décision de l'armée Burundaise de quitter le territoire congolais... Les bien de l'ONG Handicap ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 24.11.2018
Petero Nkurunziza yita abatamwemera abamenja. Akigereranya naba Ntare Rugamba canke umuganwa Rwagasore. Ivyo akaba abiterwa n'ubwoba kuko ata ...
- СКАЧАТЬ
автор Tele Renaissance | дата 16.02.2019
Ni kuki Petero Nkurunziza yashimye guca kubiri n'intumbero y'inama igira 32 ihuza abakuru b'ibihugu vya Afrika i Addis Abebas mu kurungika intumwa ziwe ...
- СКАЧАТЬ